Ndagushima wewe

Ndagushima wewe

Wewe wahagurukije indoto zanje. Zariko zirasamba kubera amahiri zakubiswe, N’abo natabaje ngo bamfashe ndazishikane ahatuje. Wewe washarije ivyiyumviro vyanje Igihe ubwenge bwari bwayovye. Ndagushimira kuba warabaye icirori nirabamwo Nkabona ico nzoba kuko wantaze...
One year already!

One year already!

It all started as an experiment… I had been blogging for about two years, writing about some of my highs and lows, critisising some aspects of the society I live in, and sharing these tales with my family and friends through my personal blog Mister...

Twagiye gutembera

Vyanditswe na Ihorimbere Judicaël Porosperi ni umukozi muri bamwe bita ababoyi. Ntiyashoboye kuja mw’ishure ariko arakora ivyo ashoboye kugira abeho. Akora muri Rohero… Nta karitiye n’imwe atarakoramwo. Amaze imyaka ishika kuri cumi akora ako kazi....
The African abroad (caricature)

The African abroad (caricature)

Written by MRG, I know we hate stereotypes, they are minimizing, insulting, oversimplifying complex matters and just plain ignorant sometime. But as Chimamanda says: “the problem with stereotypes is not that they are untrue, but that they are incomplete”. For “fun” I...

Benewacu na Twitter…

Vyanditswe na Eloge Nishimikijimana Kubera iki abarundi babishoboye badakoresha Twitter kenshi, hum? Kubera batayikunda? Kubera ata gishasha ibungura? Kubera ata …? Hinge gato, twumvikane: umuntu aha yakuyemwo ivyo kuvuga ngo ntibayizi, ntibagira...